Mariko 7:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 ijambo ry’Imana mukaritituza imigenzo yanyu mwigishije: kandi mukora n’ibindi vyinshi ben’ ivyo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 Uko ni ko muhindura ijambo ry’Imana ubusa mwishimikije imigenzo mwishingiye kandi mugakora n’ibindi vyinshi bisa n’ivyo.” Viz kapitola |