Mariko 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ariko mweho mugira mut’ Umuntu ni yabgira se canke nyina, at’ Ico nari kugufashisha ni Korubani, risobanurwa ngo Ni co nzoshikanira Imana; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe11 Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu afise ico yari gufashisha se canke nyina, ariko akavuga ko ari Korobani (bisigura ko cagizwe inyegu y’Imana), Viz kapitola |