Mariko 6:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Atangazwa n’ukutizera kwabo. Agendagenda mu mihana ihakikije, yigisha. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe6 Maze atangazwa cane n’ukutizera kwabo. Nuko Yesu agendagenda yigisha, ava mu mihana aja mu yindi. Viz kapitola |