Mariko 6:53 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)53 Bamaze kujabuka hakurya, bafata i musozi mu ntāra y’i Genesareti, bazirika ubgato ku nkombe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe53 Bamaze kujabuka, bashika hakurya ahitwa Genezareti, babohera ubwato i musozi. Viz kapitola |