Mariko 6:50 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Bose baramubona, basimbga n’umutima. Arik’ uwo mwanya arabavugisha, ati Hūmura ni jewe, ni mureke gutinya. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe50 kuko bose bari bagize ubwoba bwinshi. Aca arababwira ati: “Humura! Ni jewe. Ntimugire ubwoba.” Viz kapitola |