Mariko 6:45 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 Uwo mwanya agōbēra abigishwa biwe ngo batambukire mu bgato, bitangire kujabuka hakurya i Betsayida, aheze gusezera rya shengero. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe45 Hanyuma y’ivyo, Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka i Betesayida; na we asigare arasezera abantu. Viz kapitola |