Mariko 6:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Batororokanya utumanyagu tw’imitsima n’utw’ ifi, twuzura ibisimbo cumi na bibiri. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe43 Hanyuma abigishwa begeranya ibiseke cumi na bibiri y’ivyasigaye kuri ya mikate na za fi. Viz kapitola |