Mariko 6:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Bababona bagenda, benshi barabamenya, bava mu bisagara vyose, barirukanga, bajana inkōkoro y’ikiyaga, babatangayo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe33 Ariko benshi bababona bakiva aho hantu, barabamenya, baca bava mu bisagara vyinshi bariruka n’amaguru, babatangayo. Viz kapitola |