Mariko 6:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kandi Yohana yari yarabgiye Herode, ati N’ikizira k’ufise muka mwene so. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Kuko Yohana yama abwira Herode ati: “Ntivyemewe ko urongora umugore w’uwo muvukana.” Viz kapitola |