Mariko 5:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 asemerera n’ijwi rirenga, ati Duhūriye hehe ga Yesu Mwana w’Imana isumba vyose? Ndakurahiye Imana, ntumbabaze agashinyaguro. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 Arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Mbega undonderako iki ga Yesu, Mwana w’Imana Musumbavyose? Ndakwinginze mw’izina ry’Imana ntunkubagure!” Viz kapitola |