Mariko 5:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Bashitse ku nzu y’uwo mukuru w’isinagogi, asanga bariko barakoma induru barira baboroga cane. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe38 Bashitse i muhira kwa wa mukuru w’isinagogi, Yesu ahasanga urwamo rwinshi, abantu barira, abandi na bo bavuza induru n’ijwi rirenga. Viz kapitola |