Mariko 5:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Ariko Yesu ntiyashira umutima kw ijambo rivuzwe, abarira uwo mukuru w’isinagogi, ati Ntutinye, wizere gusa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe36 Yesu yumvise ivyo bavuze, aca abwira Yayiro ati: “Ntutinye, wizere gusa.” Viz kapitola |