Mariko 5:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Akivuga, haza abavuye kwa wa mukuru w’isinagogi, bati Wa mwana wawe aracīkānye, uracagorera iki Umwigisha? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Yesu akiriko aravuga, haza abantu bavuye kwa Yayiro, wa mukuru w’isinagogi, baramubwira bati: “Umukobwa wawe yamaze gucikana. Ni kuki ubandanya ugora umwigisha?” Viz kapitola |