Mariko 5:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Uwo mugore aratinya, ahinda agashitsi, kukw azi ikimubayeko, araza amwikubita imbere, amubarira ivy’ ukuri vyose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe33 Wa mugore, kuko yari azi ivyamubayeko, aza ajugumira kubera ubwoba, apfukama imbere y’ibirenge vya Yesu, amubwira ukuri kwose. Viz kapitola |