Mariko 5:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yaba mur’ ayo masenga, ntihāgira ūba akibona ico ashobora kumubohesha, n’iyo woba umunyororo: Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe3 Uwo muntu yaba mw’itongo ry’abapfuye kandi nta muntu yashobora kumuboha, naho yokoresheje iminyororo. Viz kapitola |