Mariko 5:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Aragenda, ajana na we. Ishengero ryinshi riramukurikira rimubanda. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe24 Nuko Yesu ajana na we. Kandi hari abantu isinzi bari bamukurikiye, bamubanda. Viz kapitola |