Mariko 5:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Avuye mu bgato, umuntu yinjiwemwo n’impwemu ihumanye ava mu masenga y’imva, aca aramusanganira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe2 Yesu avuye mu bwato, umuntu arimwo impwemu ihumanye aza guhura na we avuye mu mva. Viz kapitola |