Mariko 5:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Bashika aho Yesu ari, basanga uwari yinjiwemwo n’abadayimoni yicaye, yambaye, ubgenge bgāgarutse, umwe nyene yari yinjiwemwo na ca gitero; baratinya. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe15 Bashitse aho Yesu ari, babona wa muntu yari yaraboshwe n’abadayimoni menshi yicaye, yambaye kandi afise ubwenge bukwiye, maze bagira ubwoba. Viz kapitola |