Mariko 4:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Izindi zigwa mu mahwa, amahwa arakura, arazinyoha, ntizama. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 Izindi mbuto zigwa mu mahwa; zimaze kumera, ayo mahwa arakura arazinyoha, ntizashobora kwama. Viz kapitola |