Mariko 4:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Baratinya, bagira ubgoba bginshi, barabazanya, bati Mbeg’ uyu n’umuntu ki, umuyaga n’ikiyaga ko bimwumvira? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe41 Ba bigishwa batinya cane, barabazanya bati: “Mbega uwu ni umuntu ki, ko umuyaga n’imipfunda na vyo bimwumvira?” Viz kapitola |