Mariko 4:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Arikangura, azibiza ingunza, abarira ikiyaga, ati Hora, utekereze. Umuyaga uraca, haba agahwekere rwose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe39 Nuko Yesu aravyuka, akankamira uwo muyaga, abwira ikiyaga ati: “Hora, tekereza!” Wa muyaga uca urahagarara, haca haba agahwekere. Viz kapitola |