Mariko 4:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Kand’ ababgira ijambo ry’Imana mu migani myinshi imwe n’iyo, uko bashobora kwumva. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe33 Yesu yigisha abantu akoresheje imigani myinshi isa n’iyo, akurikije ivyo bashobora gutahura. Viz kapitola |