Mariko 4:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kukw ata canyegejwe kitazoserurwa, cank’ icagizwe ibanga kitazoja ahabona. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe22 Nta canyegejwe kitazonyegururwa, kandi nta cagizwe ibanga kitazomenyekana. Viz kapitola |