Mariko 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Arababaza, ati Mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato canke n’ugukora ibibi? Gukiza umuntu canke kumwica? Barihorera. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe4 Arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato: Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza umuntu canke kumwaka ubugingo?” Ntihagira uwumwishura. Viz kapitola |