Mariko 3:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 umuntu wese akora ivyo Imana igomba ni we murumunanje, ni we mushikanje, ni we mama. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Uwukora ivyo Imana ishaka wese ni we mwene mama kandi ni we mama.” Viz kapitola |