Mariko 3:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ab’i wabo bavyumvise barasohoka ngo baje kumufata, kuko bāgira ngo Yasaze. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe21 Abo mu muryango wiwe bavyumvise, baja kumufata, kuko bivuga bati: “Yasaze.” Viz kapitola |