Online Bible

- Reklamy -




Mariko 3:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 ishengero ryongera gukoranira kuri we, bituma babura ingene botamira n’agatsima.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Hanyuma Yesu aja i muhira, maze abantu benshi basubira gukoranira aho ari, ku buryo we n’abigishwa biwe bitashoboka ko bafungura.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 3:20

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy