Mariko 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Yesu amenye mu mutima wiwe yuko bībūranya muri bo bartyo, aca arababaza, ati N’iki gitumye mwībūranya ivyo mu mitima yanyu? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe8 Ubwo nyene Yesu amenya mu mpwemu yiwe ivyo bariko baribaza mu mitima yabo. Arababaza ati: “Ni kuki muriko mwiyumvira gutyo mu mitima? Viz kapitola |