Mariko 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 bati N’iki gitumye uyo avuga artyo? Ararogose: ni nde ashobora guharira ivyaha, atar’ umwe, ni we Mana? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 “Uwo mugabo yubahutse gute kuvuga gutyo? Ukwo ni ugutuka Imana! Imana yonyene ni yo ishobora guharira ivyaha!” Viz kapitola |