Online Bible

- Reklamy -




Mariko 2:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Babuze ingene bamushikīra kubg’ ishengero, basambura inzu hejuru y’ah’ atumbereye; bahejeje kuhatobora, bururukirizamw’ inderuzo, iryamyemw’ ico kimuga.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko kubera ubwinshi bw’abantu, ntivyakunda ko bashikira Yesu. Nuko basambura ahantu hato ku nzu hejuru y’aho Yesu yari ari, bururukirizamwo ya nderuzo wa muntu aryamyeko.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 2:4

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy