Mariko 2:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Nukw arikw aragenda abona Lewi mwene Alufayo, yicaye aho yatoreza ikibuguro, aramubarira, ati Nkurikira. Ava hasi, aramukurikira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko ararengana, abona Lewi mwene Alufayo yicaye aho yatoreza ikori, amubwira ati: “Nkurikira!” Lewi aca ava hasi, aramukurikira. Viz kapitola |