Mariko 16:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Abo bavayo, bigisha hose, Umwami Yesu akorana na bo, ijambo ryiwe arishingishiriza intahe ibimenyetso birikurikira. Amen.] Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Hanyuma abigishwa baca baja mu mihingo yose bavuga Ubutumwa Bwiza, kandi Umwami Yesu akorana na bo, ashingira intahe Ijambo ryiwe biciye mu bitangaza vyarikurikira.] Viz kapitola |