16 Uwizera akabatizwa azokizwa, arik’ ūtizera azotsindwa n’urubanza.
16 Uwizera wese akabatizwa azokizwa, ariko uwutizera azocirwa urubanza.