Mariko 16:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Na bo bumvise kw ari muzima, kandi ko yamwiboneye, ntibāvyemera. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe11 Naho bari bumvise ko Yesu ari muzima kandi ko yamwiboneye, ntibizeye ivyo ababwiye. Viz kapitola |