Mariko 15:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Hārih’ umwe yitwa Baraba, yabohanywe n’abāgararije, bishe abantu mur’ ukwo kugarariza. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 Hariho umugabo yitwa Baraba yari mw’ibohero kuko we na bagenziwe bagirizwa ubwicanyi mu migumuko. Viz kapitola |