Mariko 15:46 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Agura impuzu yera, arakibambūra akizingira mur’ ino mpuzu, agishira mu mva yimbge mu bitandara, atembagaza ikibuye acugaza umuryango w’imva. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe46 Maze Yosefu aca agura igitambara cera, akura ikiziga ca Yesu ku musaraba, akizingira muri ico gitambara cera, aca agishira mu mva yimbwe mu gitandara; aca atembagariza ikibuye kinini ku bwinjiriro bwa ya mva arayugara. Viz kapitola |