Mariko 15:39 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Umugabisha w’abasoda ijana yar’ ahahagaze bahanganye, abonye acīkānye artyo, aravuga, ati N’ivy’ ukuri, uyu muntu yar’ Umwana w’Imana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe39 Umusoda mukuru w’Umuroma yari ahagaze imbere ya Yesu, abonye ingene apfuye, aravuga ati: “Ni ivy’ukuri uwu yari Umwana w’Imana!” Viz kapitola |