Mariko 15:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Bamaze kumucurīra, bamwambura ya mpuzu y’ishigisha, bamwambika iziwe mpuzu, bamurengana irembo bamushoreye kumubamba. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Bahejeje kumushinyagurira, bamwambura ya kanzu itukura basubira kumwambika impuzu ziwe, hanyuma bamujana kumubamba. Viz kapitola |