Mariko 15:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Bamwambika impuzu y’ishigisha, batsiba igitsibo c’amahwa, bakimwambika mu mutwe; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe17 bamwambika ikanzu itukura, bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe. Viz kapitola |