Mariko 15:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Pilato agomvye kumara ishavu ishengero, abarekurira Baraba, maz’ atanga Yesu ngw abambge, amaze kumutonagura. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe15 Mu ntumbero yo kunezereza abantu benshi bari aho, Pilato arekura Baraba. Atanga itegeko ko bashishagura Yesu, hanyuma aramutanga kugira ngo bamubambe. Viz kapitola |