Mariko 14:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ndababgire ukuri: Ah’ ubutumwa bgiza buzovugwa hose mw isi yose, n’ico uyu akoze kizovugwa, kibe icibutso ciwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe9 Ndababwire ukuri, kw’isi yose aho ubu Butumwa Bwiza buzovugwa, ibi akoze bizovugwa, bitume yama yibukwa.” Viz kapitola |