Mariko 14:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Akoze ukw ashoboye, ansutse amavuta ku mubiri kuwutegurira guhambga bitaraba. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe8 Akoze ivyo ashoboye. Asutse aya mavuta ku mubiri wanje imbere y’igihe, kugira ngo awutegurire guhambwa. Viz kapitola |