Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:72 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

72 Uwo mwanya inkoko ibika ubugira kabiri. Petero yibuka rya jambo Yesu yamubgiye, at’ Inkoko itaragereka, uja kunyihakana gatatu; avyiyumviriye, ararira.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

72 Uwo mwanya nyene isake ica ibika ubugira kabiri. Nuko Petero na we aca aribuka ijambo Yesu yari yamubwiye ati: “Isake itarabika kabiri, uzoba umaze kunyihakana gatatu kose, uvuga ko utanzi.” Maze aca araturikisha ararira.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:72

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy