Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:70 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

70 Na we yongera kubihakana. Maze hahise akanya, abahagazeho bongera kubgira Petero, bati N’ivy’ ukuri ur’ uwo muri bo, bitayeko ur’ Umunyagalilaya.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

70 Petero yongera kubihakana. Haheze akanya, abari bahagaze hafi ya Petero baramubwira bati: “Ni ivy’ukuri uri umwe muri bo, kuko uva i Galilaya.”

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:70

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy