Mariko 14:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Aboro murāmana imisi yose; aho mwogombera mwobagirira neza; ariko jeho ntituja kwamana imisi yose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 Aboro muzokwamana, kandi murashobora kubafasha igihe cose mubishakiye. Ariko jewe ntimuzonyamana. Viz kapitola |