Mariko 14:69 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)69 Ya ncoreke imubonye, itangura kwongera kubgira abahagazeho, it’ Uyu n’uwo muri bo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe69 Wa mukobwa abonye ko Petero ahagaze kw’irembo, aca abwira abari ngaho ati: “Uwu mugabo ni umwe mu bigishwa biwe!” Viz kapitola |