Mariko 14:68 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)68 Na we arabihakana, ati Sinzi ico uvuze, singitahuye. Maz’ arunguruza, ashika mu bikingi vy’irembo; inkoko irabika. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe68 Ariko Petero arabihakana ati: “Sinzi kandi sintahura ivyo uriko uravuga!” Nuko aca ava mu rugo aja kw’irembo. Viz kapitola |