Mariko 14:67 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)67 abonye Petero yota umuriro, aramwitegereza, aramubgira, ati Nawe nyene mwari kumwe na wa Munyanazareti Yesu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe67 Abonye Petero ariko arota, aramwihweza cane. Maze amubwira ati: “Na wewe wari kumwe na Yesu Umunyanazareti.” Viz kapitola |