Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:64 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

64 Murīyumviye ingen’ arogose: mugira ngw iki? Bose bamucira urubanza ngw akwiye gupfa.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

64 Ubu naho ntimwiyumviye ingene atutse Imana? Nimugire ico mubivuzeko.” Bose baca bamucira urubanza ko akwiye gupfa!

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:64

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy