Mariko 14:55 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 Maz’ abaherezi bakuru n’abashingantahe b’amakombe bose baronderera Yesu ibirego vyomwicisha, barabibura. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe55 Abakuru b’abaherezi n’abagize inama nkuru y’idini ry’Abayuda, bagerageza kurondera ibirego vyotuma Yesu acirwa urubanza rwo gupfa, ariko ntibaronka na kimwe. Viz kapitola |